Original Language
Kirundi
ISBN
978-92-9268-170-8
ISBN (PDF)
978-92-9268-514-0
Number of Pages
182
Reference Number
PUB2023/009/U
Date of upload

21 Feb 2023

Canadian Orientation Abroad Participant Workbook

A pre-departure guide for newcomers to Canada (Kirundi)

Igitabu Gifasha umunya Kanada ari Mumahanga.
Igitabu Gifasha abagihaguruka bagiye mu gihugu ca Kanada.

Ku makuru menshi avuga kuri iyi porogarama, musabwe gutemberera urubuga ngurukanabumenyi rwa COA web page.

Porogarama y’Ivyirwa vy’imico ya Kanada Mumahanga (COA)n’akigoro ka bose ,igahabwa uburyo bw’amafaranga n’ibiro bijejwe Abimukira, Impunzi hamwe n’Ubwenegihugu bwa Kanada mumpfunyapfunyo (IRCC) hanyuma igashirwa mu bikorwa kw’isi yose n’Ishirahamwe Mpuzamakungu ry’Abimukira (IOM) mu bibanza vyababa 100 buri mwaka.

Igitabu ca COA  c’Ibikorwa kubiga ivyirwa vy’imico gifise amakuru y’ivyo gukora Impunzi zitegerezwa kumenya imbere yuko zijanwa kuba mu gihugu ca Kanada,kugirango bashobore gufata ingingo zitandukanye bafise amakuru akwiye kubijanye n’ubuzima bushasha bwabo.Amakuru  ari murico gitabu c’ibikorwa atangwa mumvugo yoroshe no muburyo bubonekana kugirango icigwa gisigurike neza kandi bigafasha no kubigumya ku muzirikanyi.    N’igikoresho gikoreshwa mugihe c’inyigisho z’imico zihabwa abitegurira kuja kuba muguhugu ca Kanada zitangwa amaso kuyandi be n’impunzi kwiyigisha abwazo.

Igitabu ca COA  c’ibikorwa kubiga ivyirwa vy’imico canditswe ku bwumvikane na IRCC,amashirahamwe y’abafatanyabikorwa yo hanze afasha impunzi,abahinga bo murico gisata be n’impunzi ubwazo.

Igitabu c’ibikorwa kivuga ku majambo y’umutwe ,nko gutegura urugendo,kuba ubwambere be n’ubuzima muri Canada,harimwo ubufasha,amazu  ,amagara ,indero ,akazi,amafaranga ategekanywa  be no kwunguruza Abantu n’Ibintu.Kirimwo kandi amakuru atororokanijwe ku magara meza yo mumutwe,Abasangwabutaka bo muri Kanada,imyemerere y’ibitsina bitandukanye,ndangagitsina hamwe no kuvyerekana,ibimenyetso vyerekana igitsina runaka ,co kimwe n’abantu bagendana ubumuga runaka .Kirimwo kandi igice kivuga kundimi zibiri zivugwa muri Kanada be n’amakuru ajanye n’abavuga igifaransa babayo.Mu gitabu cose c’ibikorwa, kiravuga kubutandutane bw’abantu,ivyo bafitiye uburenganzira hamwe nivyo basabwa n’amategeko gukora ,amategeko agenga ingo n’imiryango be n’imico n’akaranga birimwo.

For more information about the programme, please visit the COA web page.

The Canadian Orientation Abroad (COA) programme is a global initiative funded by Immigration, Refugees and Citizenship Canada (IRCC) and implemented worldwide by the International Organization for Migration (IOM) in about 100 locations annually.

The COA Participant Workbook presents practical information that refugees need to know before they resettle to Canada, so they can make informed decisions about their new life. Information contained in the workbook is presented in simple language and in a visual manner that both conveys meaning and aids in retention. It is a tool used during in-person pre-arrival orientation sessions and during refugees’ self-study.

The COA Participant Workbook was developed in consultation with IRCC, external partner organizations who assist refugees, field experts and refugees themselves.

The workbook covers topics, such as travel preparation, initial settlement and life in Canada, which includes services, housing, health, education, employment, budgeting and transportation. It contains tailored information on mental health, Indigenous Peoples in Canada, diverse sexual orientation, gender identity and expression, sexual characteristics, as well as information about people with disabilities. It also includes a section on the linguistic duality of Canada and information about Francophone communities. Throughout the workbook, content on diversity, rights and responsibilities, family law and cultural norms is included.

  • Ibishikirizwa yo, gukoresha kode za QR
  • Ibimenyetso
  • Ibikorwa
  • 1.Incamake ya Kanada
  • 2.Urugendo
  • 3.Infashanyo n’ubufasha
  • 4. Amazu
  • 5.Amagara
  • 6.Indero
  • 7.Akazi
  • 8.Amafaranga ategekanywa
  • 9.Ukunguruza Abantu n’Ibintu